Ku munsi ugira kabiri niho umuhuza Benjamin Mkapa yugurura icese ibiganiro bihuza Abarundi I Arusha muri Tanzaniya. Vyuguruwe inyuma y’impari nyinshi zifatiye ku rutonde rw’ibizokwigwa cane cane ingingo ya 6 ivuga ishirwaho rya reta y’ubumwe yoshira mu ngiro amasezerano bazoshikako. Intumwa za reta zanse urwo rutonde. Inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Arusha Pierre Claver Niyonkuru
from Voice of America http://ift.tt/2zwileF
via IFTTT
No comments:
Post a Comment