ZIMBABWE: Prezida Emmerson Mnanggwa Yarahiye mu Mabanga yo Kurongora Igihugu

Prezida w’igihugu ca Zimbabwe Emmerson Mnangagwa yarahiye mu mabanga yo kurongora igihugu uyu musi ku wa mungu, araheza aratera akamo Abanyazimbabwe kabasaba kwibagira amatora, abatavuga rumwe na reta bavuze ko yaranzwemwo ubusuma. Yongeye arasaba abanyagihugu kwijijukira ibikorwa kugira ngo bose bafatanye mu kuzamura ubutunzi bw’igihugu bwayanzaye.

from Voice of America https://ift.tt/2wu1jgO
via IFTTT

No comments:

Post a Comment