Igihe ikiziga ca Senateri John McCain cashikanwa mw’isengero yasomewemwo imisa yo kumusezera



from Voice of America https://ift.tt/2C6EAxo
via IFTTT

Burundi: Abazotegura Amatora mu 2020 Bamenyekanye

Inyuma yaho inama nshingamateka na nkenguzamateka vyemeje abagiye kugira umurwi mushasha utegura amatora mu Burundi, CENI,  umukuru w’igihugu kuri  uno wa gatanu yarateye igikumu kw’itegeko rigena  mu mabanga abantu  indwi bari muri uwo murwi. Dr Pierre Claver Kazihise, umuhutu wo  mw’ishirahamwe ACOPA Burundi akaba anarongoye ishure rya kaminuza ry’ubuganga INSP, yagenywe mu kibanza c’umukuru wa CENI.  Icegera c’uwurongoye CENI izotegura amatora mu 2020 ni Madamu Annonciate Niyonkuru, umututsikazi wo mu ntara ya Kayanza Umunyamabanga mukuru akaba n’umuvugizi wa Reta, Philippe Nzobonariba,  umuhutu akomoka mu ntara ya Muramvya nawe yagenywe  nka Commissaire ajejwe inyigisho z’ibijanye n’amatora n’umuvugizi wa CENI. Jean Anastase Hicuburundi, wo mu bwoko bw’abahutu  muri CENI nshasha ajejwe ivy’ubuhinga bwa none “Informatique” no kubungabunga  ivyuma bikoreshwa mu matora. Umushikiranganji ajejwe ugutumatumanako amakuru n’ibimenyeshamakuru Serges Ndayiragije, umututsi wo mu runani amizero y’Abarundi nawe yagenywe mu kibanza ca commissaire ajejwe ubutunzi. Madamu Hyacinthe Niyonzima umututsikazi wo mu mugambwe UPRONA, muri CENI nshasha ajejwe igisata c’ amategeko n’amatati  ashobora kwaduka mu matora.  Marguerite Kamana,  umuhutukazi   wo mu ntara ya Kayanza ajejwe kurondera ibikoresho  n’ivyankenerwa vyose vyo mu matora. Ku wagatatu  aho inama nshingamateka na nkenguzamateka vyemeza uwo murwi, urunani abashingamateka bari mu rurani  Amizero y’Abarundi rwashimye gukinjura  muri Ivyo bikorwa.  Pierre Celestin  Ndikumumana aramutswa umurwi w’abashingamateka bo mu runani Amizero y’Abarundi yabwiye ijwi ry’Amerika ko muvyatumye bakinjura, harimwo ko batigeze bagishwa inama mu gutanga izina ry’uwubaserukira, n’ukuba bahawe ibibanza basigura ko bidakwiye muri CENI.

from Voice of America https://ift.tt/2Prap5Q
via IFTTT

Nyuma yo kwibwa konti ye ya instagram ,Shaddy Boo yagaragaye mu myambarire atamenyerewemo.

Umunyarwandakazi Mbabazi Chadia uzwi nka ShaddyBoo yatunguye abafana be ubwo yagaragaraga mu myambarire atamenyerewemo aho yari yambaye imikenyero nyuma y’iminsi mike avuze ko konti ye ya Instagram bayimutwaye mu buryo butazwi.

Ni ifoto uyu mugore w’abana babiri yashyize hanze yifashishije urukuta rwe rwa instagram aho yari yambaye imikenyero nk’umuntu ugiye gutaha ubukwe maze bitangaza cyane abafana be ,dore ko Shaddy Boo akunze kugaragara kenshi yambaye impenure.Mu bantu batandukanye bashyize ibitekerezo kuri iyi foto bavuze ko kuri iyi nshuro yambaye neza kandi aberewe nk’abanyarwandakazi.Abandi bamusabye ko yajya yiyambika akwikwiza kuko n’ubundi bimubera cyane.

Twakwibutsa ko Shaddy Boo ari umwe mu banyarwandakazi bamamaye ku mbuga nkoranyambaga kubera amashusho n’amafoto basakazaho bigatuma bakundwa cyane.



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2MHvr3l
via IFTTT

Umunyeshure yapfuye azira gukubitwa ashavuje benshi muri Tanzania

Hari ishavu ryinshi muri Tanzania inyuma y'aho havugiwe ko hari umwana yapfuye azize gukubitwa n'umwigisa wiwe amwagiriza kwiba, nk'uko vyandikwa n'itororokanirizo ry'amakuru rya AFP.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2wxRuj0
via IFTTT

Amagambo y’ubwiyemezi Jose Mouriho yatangaje yateye benshi kumwibazaho.

Umutoza w’ikip ya Manchester United yatumye benshi mu bafana b’iyi kipe bamwibazaho cyane bitewe n’amagambo yatangaje bamwe bafashwe nk’ubwiyemezi aho yavuze ko ari umutoza urenze abandi Ku isi.

Mourinho uri mu bihe bitamworoheye nyuma y’iminsi itari mike anengwa cyane ku kuba atagihesha ikipe ya Manchester United ibikombe, ndetse byaje guhumira ku mirari ubwo ikipe ye yatsindirwaga iwayo na Tottenham kuwa mbere w’ki cyumweru, ibitego 3 byose ku busa,ibintu byatumye benshi bahamya ko akwiye kwirukanwa.

Gusa kuri ubu Mourinho yumvikanye yigamba ko ari we mutoza wenyine urenze Ku Isi.Mu kiganiro yagiranye n’itangazamakuru kuri uyu wa Gatanu tariki 31 Kanama 2018 ,Mourinho yatangaje ko ari we mutoza ukomeye cyane Ku isi kuko ngo anatoza ikipe nziza nka Manchester United.

Yagize ati:”Ndi umutoza w’ikipe ikomeye cyane muri iyi Si,ariko kandi ndi umwe mu batoza bakomeye cyane Ku Isi.”



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2NC2T7R
via IFTTT