Showing posts with label BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro. Show all posts
Showing posts with label BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro. Show all posts

Abitwaje ibigwanisho bishe 30 barimwo n'abana muri Mali

Ubutegetsi bw'igihugu ca Mali bwavuze ko abantu bafise inkoho bishe abantu barenga 30 b'abasivile bo mu bwoko bw'aba Fulani hagati mu ntara ya Mopti.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2F2K5y6
via IFTTT

Somalia yasavye uwuserukira ONU kuva mu gihugu

Leta ya Somalia yategetse uwuserukira umuryango mpuzamakungu ONU kuva mu gihugu.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2QlqL0c
via IFTTT

Abagwanyi ba al-Shabab bamenyesheje o ari bo bagize igitero mw'ikambi ya gisirikare ya Onu muri Somalia

Abantu batatu bakomerekeye mu gitero c'amabombe yatewe mw'ikambi nkuru ya Onu irinzwe cane mu gisagara ca Mogadishu .

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2QhNUAj
via IFTTT

Igisirikare ca Amerika kirasaba ikigongwe ku butumwa bwa Twitter carungitse

Igisirikare ca Amerika casavye ikigongwe inyuma yo kurungika ubutumwa bwatumye abantu batekegwa n'ubwoba, biyumviye ko bagiye kugabwako igitero ca bombe bitegurira kwinjira mu mwaka mushasha w'i 2019.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2CIFL4y
via IFTTT

"Nta rugero na rumwe rw'inzoga rutabangamira amagara y'umuntu"

Mu cigwa giheruka gusohogwa bivugwa ko ata bwoko canke urugero rw'inzoga rutabangamira amagara y'umuntu.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2TqWsHn
via IFTTT

Ingene umwaka mushasha wahimbajwe mu mafoto kw'isi

Abigina umwaka mushasha w'i 2019 babikoze mu buryo butandukanye kw'isi, henshi barungika ibimuri mu kirere.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2AoGPce
via IFTTT

Umutama w'imyaka 96 yarokoye igisagara ciwe

Huang, mu kwishimira igikorwa ciwe, yemeza ko no mu myaka 100 atohemukira umwuga yarazwe na se.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2CIh8VK
via IFTTT

Umuhanzi Meddy mu Mvo n'Imvano: Aratubwira ibyo aririmbaho, uko yatangiye n'intera agezeho

Umuhanzi Meddy mu Mvo n'Imvano: Aratubwira ibyo aririmbaho, uko yatangiye n'intera agezeho

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2rYpges
via IFTTT

Itumanako ryacitse muri RD Congo mu gihe amajwi aharugwa ayandi arungikwa

Itumanako mu buhinga bwa none ryacitse "bitegetswe na leta" muri Repubulika y'Intwaro rusangi ya Congo (RD Congo), ku munsi wa mbere inyuma y'amatora rusangi y'umukuru w'igihugu.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2CJoE2v
via IFTTT

Inyuma y’indwano, baranywa, bagatamba bipfurizanya umwaka mushasha

Aba nye Peru bavuga iri sabukuru bita Takanakuy n'umugenzo bijana, bifasha gutatura amatati no gukomeza imigenderanire.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2BQqDQR
via IFTTT

Abajejwe umutekano wo hagati mu Burusiya bafashe Umunyamerika bakeka gusuma urusaku

Urwego rujejwe umutekano wo hagati mu Burusiya ruzwi nka FSB, ruvuga ko rwafashe umunyagihugu wa Amerika akekwa gusuma urusaku i Moscow

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2EYrAKk
via IFTTT

Perezida Duterte wa Philippines ariyemerera ko yafashe umuyaya ku nguvu

Abantu benshi babuze ayo bacira n'ayo bamira inyuma yaho Perezida wa Philippines Rodrigo Duterte avugiye ko yafashe umuyaya ku nguvu akiri muto.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2SsdqVr
via IFTTT

Ibikorwa vyo guharura amajwi vyatanguye mu biro vy'amatora muri RD Congo

Ibikorwa vyo guharura amajwi n'intoke vyatanguye kuri uno wa mbere mu biro bitandukanye vy'amatora muri Repubulika y'Intwaro rusangi ya Congo (RD Congo).

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2EY4nrG
via IFTTT

Ikete rya Kim Jong-un risaba Korea y'epfo izindi nama nyinshi

Mw'ikete ridakunze kuboneka, umukuru wa Korea ya ruguru yiyemeje inama "z'urutavanako" na prezida wa Korea y'epfo mu 2019.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2Q8UXeI
via IFTTT

Ibitero kuri internet vyagize ingaruka mu gusohora ibimenyeshamakuru vyinshi vyo muri Amerika

Ivyo bitero vyagize ingaruka zikomeye ku binyamakuru vyegukira Tribune, bizwi ko vyaje biva hanze ya Amerika

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2QZonBo
via IFTTT

Amatora yatanguye mu bwoba muri RD Congo

Amatora yatanguye muri RD congo ashobora gutuma haba uguhererekanya ubutegetsi kuva ico gihugu cikukiye mu 1960.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2Vk1hnh
via IFTTT

Igisirikare ca Syria 'cinjiye mu gisagara ca Manbij' mu gihe Turkia iguma isemerera

Abagwanyi b'aba Kurd bakinjuye mu gisagara ca Manbij baca batera akamo ingabo za Syria gusubira mu bibanza bavuyemwo mu gihe batinya ibitero Turkia

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2GMkwmj
via IFTTT

Ivyipfuzo vy'abana mu 2019

Amagara, ubwenge, umubano mwiza, ni bimwe bamwe mu bana ba Afrika bipfuza mu kurangura imigambi yabo.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2EPqwbk
via IFTTT

Abigaragamvya kubera amatora muri Kongo bazibiye amabarabara i Goma, i Beni na Butembo

Abari mu myiyerekano mu buseruko bwa Republika ya Demokrasi ya Kongo bazibiye amabarara mu miji imwe mu gihe hari ishavu ry'uko amatora yasibijwe muri ivyo bice

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2SqtA1R
via IFTTT

Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu Bufaransa yatumije izindi nkoho zanokoye amaso abari mu myiyerekano

Umushikiringanji w'intwaro yo hagati w'igihugu c'Ubufaransa yatumiye inkoho z'inyongera 1700, z'ubwoko bivugwa ko bwakomerekeje benshi mu bitabira imyiyerekano yo kwiyamiriza leta

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2VbVRea
via IFTTT