Onu yemeje ingingo yo guhagarika ingwano iminsi 30 muri Syria

Akanama ka Onu kajejwe umutekano kemeje ata numwe avuyemwo ingingo yo guhagarika ingwano ku kiringo c'iminsi 30 muri Syria ngo abanyagihugu bashobore gufashwa no kuvugwa.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2EOV4v7
via IFTTT

No comments:

Post a Comment