Nigeria yakuye abasirikare i Dapchi, abana baca baranyuruzwa

Igisirikare ca Nigeria kivuga ko cakuye abasirikare baco mu muji wa Dapchi, iminsi mikeyi imbere y'uko abarwanyi ba ki Islam bahanyuruza abana, ngo kuko uwo muji wari utekanye

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2F4C3Eu
via IFTTT

No comments:

Post a Comment