Leta y’u Burundi yashinguranye icubahiro umuvyeyi wa Ndadaye

Leta y’u Burundi yahaye icubahiro ca nyuma umuvyeyi wa Melchior Ndadaye, umukuru w’igihugu wa mbere yatowe biciye mu nzira ya demokarasi

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2DWBLPW
via IFTTT

No comments:

Post a Comment