Abantu babiri bakomerekeye mu myiyerekano muri Congo

Amakuru aturuka muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo avuga ko niburiburi abantu babiri bakomeretse igihe igipolisi kiburagije imyiyerekano yo kugwanya Prezida Joseph Kabila ishigikiwe n'ishengero bakukira.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2opPZPz
via IFTTT

No comments:

Post a Comment