Onu ivuga ko ibihugu vyasubiye hasi mu kugwanya malariya

Igisata ca Onu kijejwe amagara y'abantu "Organisation Mondiale pour la Santé" (OMS) kiragabisha kimenyesha ko ibihugu vyadehukiwe mu kugwanya malariya, ivyo ngo bikaba bubaye ubwa mbere vyibonekeza muri ino myaka cumi.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2JrHonR
via IFTTT

No comments:

Post a Comment