Ibihumbi vy'abantu bimuwe mu bice vya Kenya kubera imyuzure

Imyuzure muri Kenya yafukiriye amabarabara ituma abantu benshi bimurwa bakurwa mu bice vyabangamiwe n'ugutemba kw'imisozi nyuma y'imvura y'isegenya

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2qYbOX9
via IFTTT

No comments:

Post a Comment