Raila Odinga yirahije ka mukuru w'igihugu ca Kenya

Umukuru w'imigambwe itavuga rumwe n'ubutegetsi Raila Odinga yirahije ka mukuru w'igihugu imbere y'isinzi ry'abantu bamushigikiye ku kibuga co kuruhukiramwo Uhuru Park.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2rSoIcH
via IFTTT

No comments:

Post a Comment