Trump yatangaje 'Amerika nshasha muri kino gihe'

Prezida Donald Trump yavuze ku "muryango umwe wa Amerika" ariko abademokrate bavuga ko yatumye igihugu "cicamwo ibice".

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2DPhhsp
via IFTTT

No comments:

Post a Comment