Nyamagabe: Father arrested for attempting kill his son

A 52-year-old man has been arrested in Nyamagabe District for allegedly attempting to kill his son and cutting his son's banana plantation.
Damascene Ntamazeze, a resident of Nyamirama Village in Ngoma Cell, Cyanika Sector had developed a disagreement with his 17-year old. The incident happened on June 24.
Ntamazeze allegedly missed his son, whom he had targeted with a machete and turned to his son's banana plantation.
The angry father was restrained by residents before bringing down the (...)

- eng

from Umuryango.rw https://ift.tt/2tGuoEz
via IFTTT

Utaraba igikombe c'isi kibera mu Burusiya, ikindi wokora ni iki?

Si abantu bose bakunda umupira w'amaguru, kandi iyo hari ihiganwa nk'igikombe c'isi usanga basa n'ababuze ico bakora... ariko ivyo gukora biruzuye!!

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2lBLmjE
via IFTTT

Malawi: Abafite ubumuga bw' uruhu rwera bagiye kwiyamamariza kuyobora igihugu

Abakandida batandatu bafite ubumuga bw' uruhu rwera bari mu baziyamamariza kuyobora Malawi mu matora ya perezida ateganyijwe kuba mu mwaka utaha wa 2019.

- Politiki

from Umuryango.rw https://ift.tt/2MZo9o9
via IFTTT

Amakungu Yahimbaje Umusi Wahariwe Ababorejwe Igufa

Ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryatangaje kuri uno musi wahariwe gushigikira abahohoterwa ko icaha co guhohotera ikiremwa muntu kigishinze imizi mu bihugu bitari bike. Mw’itangazo ONU yasohoye, yasiguye ko ico caha gikorwa ahanini n’abihisha inyuma yo gukingira umutekano w’imbibe n’ibihugu vyabo. Akenshi ku bwa ONU abo bahohoterwa baraborezwa igufa bakongera bagapfungirwa mu tuzu twa bonyene aho bakorerwa amabi y’agahomerabunwa. Umunyamabanga mukuru wa ONU, Antonio Guterres, atera intege abadahengeshanya guharanira ko ico caha kiranduranwa n’imizi. Guterres, mu butumwa bwiwe, yanavuze ko abahohoterwa bazira ivyiyumviro vyabo vyaba ivya politike, ivy’ukwemera kwabo, ivy’ukugwanira intwaro bategerezwa gushigikirwa, ubutungane nabwo bukabatunganiriza. ONU yemeza ko abahohoterwa kw’isi yose baharurwa mu bihumbi.      

from Voice of America https://ift.tt/2KaeDkr
via IFTTT

Umukunzi wa Abdul Rwatubyaye yiyerekanye hagati y’amaguru (+video)

Umurerwa Chelna umukobwa ukundana n’umukinnyi wa Ruhago ‘Abdul Rwatubyaye’ amenyereweho  ibintu byinshi bidansanzwe .

Usibye kuba uyu mukobwa yaragiye agaragara ari aryamye hejuru ya Abdul  uyu mukobwa ndetse  yigeze kugaragara ari kumwe n’umuhanzi Senderi Hit, bituma hari abakeka ko ari umugore Senderi agiye kurongora ariko aba bombi babyamaganiye kure ndetse na Rwatubyaye ubwe bwite yabwiye umunyamakuru wacu ko bari bahuriye mu bukwe busanzwe ntakindi cyaba cyihishe inyuma ya Senderi n’uyu mukobwa.

kuri iyi ncuro dore ibyo noneho Chelna yagaragaye akora :




from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2tGYZ4I
via IFTTT