Akanama k'igihugu kajejwe umutekano mu gihugu c'Uburundi kafashe ingingo yo guhagarika amasirahamwe yose ategamiye reta akorera mu Burundi mu kiringo c'amezi atatu yagirizwa kurenga amategeko.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2QaZyxk
via IFTTT
No comments:
Post a Comment