Abantu amajana bashobora kuba bapfuye mu ntara ya Mwanza inyuma yaho ubwato barimwo bwibiriye
Ubutegetsi bwa Tanzaniya buvuga ko hari abantu benshi bapfuye inyuma yaho ubwato barimwo bwibiriye mu kiyaga Victoria mu karere ka Mwanza mu burengero bwa Tanzaniya.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2PQU1Md
via IFTTT
No comments:
Post a Comment