Ubushinwa buhakana gusuma urusaku kw'ishirahamwe Nyafrika

Igihugu c'Ubushinwa cahakanye amakuru yasohowe n'ikinyamakuru co mu Bufaransa, Le Monde, avuga ko Ubushinwa busuma urusaku ku biro bikuru vy'ishirahamwe ry'ubumwe bwa Afrika muri Ethiopia

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2DMNrAV
via IFTTT

No comments:

Post a Comment