Abategetsi b’igihugu ca Koreya ya ruguru hamwe n’ibihugu bibanyi bishuye mu buryo bwitondewe ku ngingo ya perezida wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump, ku musi wa kane y’uguheba ibiganiro hagati ya Amerika na Koreya ya ruguru, ku mugambi w’ico gihugu werekeye ibirwanisho ruhonyanganda. Icegera c’umushikiranganji ajejwe imigenderanire wa Koreya ya ruguru, Kim Kye Gwan, yatangaje kw’igihugu ciwe kiciteguriye gutorera inyishu ibibazo gifitaniye na Amerika igihe ic’arico cose n’uburyo ubw’aribwo bwose. Yarashimiye utwigoro twa Prezida Trump tw’ukurondera kuganira na Koreya ya ruguru. Ivyatangajwe n’icegera c’umushikiranganji ajejwe imigenderanire wa Koreya ya ruguru, Kim Kye Gwan, biratandukanye bikomeye n’ibinebaguro, n’ibitutsi hamwe n’ukugabisha vyagizwe n’uwumdi mutegetsi wa Koreya ya ruguru. Ivyo vyatumye Trump aheba inama yari kuba hagati yiwe n’umutegetsi kizigenza wa Koreya ya ruguru, Kim Jong Un, mu kwezi kwa gatandatu mu gihugu ca Singapour. Uwo mutegetsi yari yifatiye mu gahanga icegera ca prezida wa Amerika, Mike Pence. Ivyo inyuma yuko Pence asavye ko Koreya ya ruguru akarorero k’igihugu ca Libiya ku bijanye n’ugukuraho ibirwanisho ruyonyanganda. Koreya ya ruguru yarashikirije icizere c’uko inama hagati yayo na Amerika ishobora kuba muri kazoza.
from Voice of America https://ift.tt/2J4X4Rs
via IFTTT
Abantu 15 Bakomerekejwe n'Igisasu mu Nzu y'Uburiro muri Canada
Igiporisi muri Canada kimenyesha ko abantu babiri binjiye mu nzu y’uburiro mu ntara ca Ontario baca baturitsa igisasu. Abategetsi bavuga ko abantu batatu bakomeretse bikomeye inyuma y’ico gitero co mw’ijoro ryo ku musi wa kane muri ubwo buriro mu gace ka Mississauga, mu ntara ya Ontario. Abategetsi bavuga ko abandi 12 bavuwe ibikomere bito bito. Abakekwa gukora ico gitero ntibarafatwa. Gushika ubu nta n’umwe ariyitirira ico gitero.
from Voice of America https://ift.tt/2s7zOYm
via IFTTT
from Voice of America https://ift.tt/2s7zOYm
via IFTTT
RDC: Abantu 50 Bapfiriye mw'Isanganya mu Mazi
Abategetsi muri Republika iharanira demokarasi ya Kongo batangaza ko abantu 50 bapfuye mw’isanganya ry’ubwato bwibiye mu kiyaga mu ntara iri mu buraruko bw’igihugu. Richard Mboyo Iluke, icegera ca Buramatari w’intara ya Tshuapa, yabwiye itororokanirizo ry’amakuru ry’Abafaransa AFP ati: "Twatoye ibiziga vy'abantu 49 ku musi wa gatatu uwundi umwe muri aka gatando." Ikindi cegera ca Buramatari cabwiye itororokanirizo ry’amakuru Reuters ko abantu bangana ico gitigiri nyene bashoboye kurokoka. Amasanganya nk’ayo y’abantu bapfa muri ubwo buryo yama yabaye muri RDC.
from Voice of America https://ift.tt/2J5Zi2Y
via IFTTT
from Voice of America https://ift.tt/2J5Zi2Y
via IFTTT
Umwana w'imyaka 5 wameze amabere ku myaka 2,akajya mu mihango ku myaka 4, akaba agiye gucura,yatunguye benshi [AMAFOTO]
Umwana w'imyaka 5 witwa Emily Dover ,ukomoka muri Australia akomeje gutangaza isi yose kubera imihindagurikire y'umubiri we iri kuba byihuse,aho ku myaka 2 yameze amabere,ku myaka 4 ajya mu mihango, none agiye gucura ataragera ku myaka 10.
- Udushyafrom Umuryango.rw https://ift.tt/2IOWhAK
via IFTTT
Amafoto yaciye ibintu : Pasiteri yatatswe n'abayoboke be bamutera amabuye bamuziza kurya imitsi yabo
Mu mafoto yaciye ibintu turasangamo Umupasiteri witwa Dan Mabiru watewe amabuye n'abaturage,umugabo mu bushinwa afite agashya ko gukurura indege akoresheje igitsina cye ,amafoto yaciye ibintu ku mbuga nkoranyambaga, Afurika y'Epfo umukobwa yafungiwe Twitter ye kubera amafoto agaragaza amabere n'ayandi mafoto.
- Imyidagadurofrom Umuryango.rw https://ift.tt/2IINd48
via IFTTT
Subscribe to:
Posts (Atom)