Ethiopia na Eritrea mu nzira yo kwumvikana

Umushikiranganji wa mbere wa Ethiopia Abiy Ahmed yakeje Prezida wa Eritrea Isaias Afewerki ku "nyishu yubaka" ku mugambi w'amahoro no kunywanisha abanyagihugu, niko umukuru wa gisirikare yavuze.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2tpXhEL
via IFTTT

No comments:

Post a Comment