Congo iregwa guhohotera abagwanya ubutegetsi

Ikigo giharanira agateka ka zina muntu "Human Rights Watch" (HRW) kivuga ko ubutegetsi bwa Repubulika y'intwaro ya Demokarasi ya Congo (RD Congo) buhohotera abatavuga rumwe na bwo hamwe n'imigwi igwanira intwaro rusangi, mu gihe hategekanijwe amatora mu mpera z'umwaka.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Kxqt7e
via IFTTT

No comments:

Post a Comment