Ibintu vy'agaciro vya Jammeh bigiye gutezwa ca munara muri Gambia

Reta ya Gambia itegekanya guteza ca munara indege n'imodoka vy'uwahoze arongoye ico gihugu Yahya Jammeh ku mbuga ngurukanabumenyi nk'uko bivugwa n'itororokanirizo ry'amakuru rya AFP.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2ID9dJ1
via IFTTT

No comments:

Post a Comment