Abimukira 100 boba batwawe ku nkengera za Libiya

Umwe mu bagenzura inkengera z'igihugu ca Libiya yavuze ko abimukira 100 bashobora kuba batwawe mu kiyaga ca Méditerranée ku nkengera z'igihugu ca Libiya.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Kw34zX
via IFTTT

No comments:

Post a Comment