Uwagavye igitero c'umuduga ku Baislamu yahamijwe icaha

Sentare mu Bwongereza yahamije umugabo icaha co gushaka kwica, nyuma yo kwahurira umuduga ku mugwi w'Abaislamu bari hanze y'umusigiti mu muji wa London

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2DWyaBG
via IFTTT

No comments:

Post a Comment