Urwanko bari bafitaniye ntawari azi ko boshoboye no kwicarana. Baratukana amakungu akoranye, baraterana ubwoba, bemeranya kwicana, none baraye bicaranye baraganira. Ikirwa ni ikihe? Bizorama?
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2JDNy4u
via IFTTT
No comments:
Post a Comment