Nikita yakomerekeje Pele mu gikombe c'isi yose co mu 1958.

Nikita yakomerekeje Pele mu gikombe c'isi yose co mu 1958, uretse ko atanavyibuka, abona ari ivyo muri kahise. Ubu bose ni abahumure ariko bagikunda umupira w'amaguru.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2JWvrad
via IFTTT

No comments:

Post a Comment