'Naravyutse nsanga sinkibuka umupfasoni wanje'

Adam na Raquel bari bamaze imyaka itanu babana imbere y'uko avyuka ata kintu na kimwe yibuka. Bazosubira gukundana kandi?

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2JaGlZE
via IFTTT

No comments:

Post a Comment