Urwego rwa Minusca mu gihugu ca Centrafrique rwirukanye umwe mu banyamategeko barwo inyuma y'aho yagirije abasirikare b'Urwanda bari muri ico gihugu kwica abanyagihugu 30 ku mugwa mukuru mu kwezi guheze.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Le9HXF
via IFTTT
No comments:
Post a Comment