Inama ya G7 iragabisha intambara y'ubudandaji na Amerika

Ishirahamwe ry'ubumwe bwa Buraya na Canada baragabisha ko bashobora gusubiriza mu ndumane Amerika mu giheumushikiranganji w'Ubufaransa ajejwe ubutunzi yavuze ko ari ukwitega intambara y'ubudandaji.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2J7bBwH
via IFTTT

No comments:

Post a Comment