Impunzi z'i Kakuma muri Kenya zarize kwigwanako

Zimwe mu mpunzi ziba mu nkambi ya Kakuma zarize kwigwanako mu kurima imboga zibanje kuvomera iyo si iri mu bugaragwa buri mu buraruko bwa Kenya ku mupaka wa Sudani Yepfo.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Iad8gg
via IFTTT

No comments:

Post a Comment