Abarundi 900 Batahutse Bava muri Tanzaniya

Abarundi bababa 900, bahungutse bava mu gihugu ca Tanzaniya, bakiriwe mw'ikambi y'infatakibanza y'i Gitara muri komine Mabanda mu ntara ya Makamba mu Burundi. Abo bahunguke bavuga ko mu gutaha bemeye gukurikiza amategeko n' impanuro z'abajejwe intwaro mu Burundi. Bakaba bazotahanwa mu ntara zo hagati no mu bumanuko bw'Uburundi. Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Chryssie Munezero ygeze aho izo mpunzi zakiriwe aratubwira uko bimeze.      

from Voice of America https://ift.tt/2x39lAL
via IFTTT

No comments:

Post a Comment