Kongo igiye gutwarwa na Kabila canke n'wundi ataramenyekana

Mur'ivyo vyijiji ku wugiye kuzokwitoza nk'umukuru w'igihugu mu mugambwe uri ku butegetsi, Lambert Mende, umuvugizi wa leta ya Kongo, yavuze ko Perezida Kabira abwirizwa kugumana uruhara rukomeye mu buzima bwa politike bw’igihugu.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2LGIgXn
via IFTTT

No comments:

Post a Comment