Abanyepolitike bari I Arusha mu biganiro bihuza Abarundi bananiwe no kwigabura mu mirwi 2 bokoreramwo nkuko babisabwe n’umuhuza. Bahavuye bashiraho imirwi 5 ifatiye ku vyiyumviro vya politike, abemera ubutegetsi n’abatabwemera. Umumenyeshamakuru w'Ijwi r Amerika, Pierre Claver-Niyonkuru niwe ariko akurikirana ivyo biganiro
from Voice of America http://ift.tt/2AfqWFV
via IFTTT
No comments:
Post a Comment