Mamoudou Gassama: 'Spiderman' yatangaje abantu benshi mu Bufaransa mu gutabara umwana yari hejuru kw'igorofa ndende cane

Vyitezwe ko prezida w'Ubufaransa, Emmanuel Macron ashimira umugabo umwe yamuka mu gihugu ca Mali, yatabaye umwana yagira akoroke kw'igorofa igira kane mu gisagara ca Paris.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2xkdRuX
via IFTTT

No comments:

Post a Comment