Kuri uno munsi mukuru w'abakozi n'akazi umukuru w’u Burundi, Petero Nkurunziza, yashimye ingene Abarundi bariko baritanga mu guterera amatora yimirije ya 2020, ariko abakozi bidogeye ingene bikorwa
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2JJaf7g
via IFTTT
No comments:
Post a Comment