Inzu y'umuvugizi w'urunani ruri ku butegetsi muri RD Congo yarashwe urufaya rw'amasase

Ico gitero cagizwe ku nzu y'umuvugizi w'urunani rw'imigambwe ruri ku butegetsi muri RD Congo kibaye imbere y'amatora y'uwuzosubirira prezida Joseph Kabila ku butegetsi

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2AnOlVa
via IFTTT

No comments:

Post a Comment