Uburundi bwaraye butewe mu Gatumba ku mupaka na Congo

Umugwi w'abantu bataramenyekana waraye uteye igihugu c'u Burundi, uzananye ku mupaka ico gihugu gihana na Repubulika y'Intwaro rusangi ya Congo, nkuko amakuru yo kwizera aturuka mu banyagihugu avuga.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2QxeMOc
via IFTTT

No comments:

Post a Comment