Prezida Nkurunziza w'Uburundi yandikiye umuhuza w'abarundi Kaguta Yoweri Museveni amusaba gukoranya inama idasanzwe y'abakuru b'ibihugu bigize ishirahamwe ryo mu buseruko bwa Afrika yo gutorera inyishu amatati ari hagati y'igihugu ciwe n'Urwanda.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Emb5Im
via IFTTT
No comments:
Post a Comment