Putin avuga ko Uburusiya buzokora ibisase bikomeye mu gihe Amerika yokwikura mu masezerano abuza ivyo bigwanisho
Uburusiya buzokora ibisase bibujijwe mu masezerano yo mu ntambara ikanye mu gihe Amerika yokwikura muri ayo masezerano abuza gukora mwene ivyo bigwanisho
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2E4nL5E
via IFTTT
No comments:
Post a Comment