Mohamed Salah yasubiye kuba umukinyi wa Afrika yarushije abandi mw'ihiganwa rya BBC

Rutahizamu wa Misiri na Liverpool, Mohamed Sala, yatorewe kuba umukinyi w'umupira w'amagurru w'umunye Afrika yarushije abandi, umwaka ugira kabiri yikurikiranya

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Ce7Ssg
via IFTTT

No comments:

Post a Comment