Felix Tshisekedi Tshilombo ni umwe mu bakandida batavuga rumwe n'ubutegetsi agwanira ikibanza c'umukuru w'igihugu mu matora ategekanywa ku munsi wa Mungu, ariko hari abibaza niba yorenga aho se yashitse.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2EAhtvS
via IFTTT
No comments:
Post a Comment