Zuma yasabwe kwisigura ku giturire yagirizwa muri Afrika y'epfo

Sentare yo muri Afrika y'epfo yiyamirije ibisabwa na prezida Zuma vyo kudakurikiranwa kubera igiturire yagirizwa.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2z67hEC
via IFTTT

No comments:

Post a Comment