Ubuvuzi bw’ imiti kama mu Burundi

Patiri Léopold Mvukiye avuza imiti y'ikirundi haraheze imyaka irenga 30. Ubu aremeza ko ico gikorwa gishigikiwe n'ishengero katolika. Iyo mirimo ayirangurira mw'iseminari ntoya y'i Buta, mu ntara ya Bururi, aho asanzwe yigisha. Uwo mupatiri asigaye afise n' ibitaro asaba ko abavuzi b'imiti y'ikirundi bokubahirizwa.

from Voice of America http://ift.tt/2hExVgo
via IFTTT

No comments:

Post a Comment