Abantu 20 bapfuye mu mpanuka y'imodoka muri Tanzaniya

Prezida wa Tanzaniya John Magufuli yarungikiye ubutumwa imiryango n'abagenzi b'abantu 20 baguye mu mpanuka y'imodoka ku munsi wa Mungu ku mugoroba.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2MISpCX
via IFTTT

No comments:

Post a Comment