Ivyavuye mu matora biramenyekana uyu musi mu Burundi
Akanama kajejwe gutegura amatora mu Burundi kavuga ko kaza gutangaza ivyayavuyemwo kuri uyu wa mbere mu gihe abatavuga rumwe na reta bamaze kuvyiyamiriza.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Lg8GiB
via IFTTT
No comments:
Post a Comment