Abagwaye basohowe ibitaro n'abagiraneza mu Burundi

Abo mu nama nshingamateka y'Uburundi uno munsi bafashije abantu 28 bari babuze amahera yo kuriha gusohoka ibitaro Prince Regent Charles na Roi Khaled i Bujumbura.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2GXWTlY
via IFTTT

No comments:

Post a Comment