Reta ya Congo imenyesha ko Ebola yasubiye kwaduka

Reta ya Republika iharanira demokrasi ya Congo yatangaje ko Ebola yasubiye kwaduka mu tutundi turere dushasha muri ico gihugu.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2LKzdZi
via IFTTT

No comments:

Post a Comment