Abarundi Basubiye Kuganira Arusha

Ibiganiro bihuza Abarundi vyatanguye kuri uyu wa mbere i Arusha muri Tanzaniya. Reta y'Uburundi yitavye ivyo biganiro. Abaserukira abatavuga rumwe na Leta hamwe n'amashirahamwe yigenga bahunze ntibitavye.Ibiro vy'umuhuza bivuga ko habwirizwa kuboneka amasezerano yo kugarukana amahoro mu burundi.  

from Voice of America http://ift.tt/2Brrruz
via IFTTT

No comments:

Post a Comment