Trump yipfuza ko abigisha bahabwa inkoho

Umukuru w'igihugu ca Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump yavuze ko guha inkoho abigisha, vyofasha kwirinda ko amashuli ategwa nkuko biherutse kuba i Florida aho abantu 17 bishwe.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2Ce9Zxm
via IFTTT

No comments:

Post a Comment