Imiriyoni 23 zaribwe mw'iposita mu Cibitoke ku bwa "maji"

Amakuru ava muri komine Mugina mu ntara ya Cibitoke mu burengero bw'u Burundi, avuga ko hari amahera y'ibwe mu biro vy'iposita hakoreshejwe ivyokwitwa amarozi canke "maji"

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2EEKKWt
via IFTTT

No comments:

Post a Comment