Umukuru w'igihugu c'uburundi yashize umukono kw'itegeko rishiraho akanama k'igihugu kajejwe ubumwe no kunywanisha abarundi gategekanijwe n'ibwirizwa shingiro n'amasezerano ya Arusha.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2lFDaiH
via IFTTT
No comments:
Post a Comment