Trump yagiriza Ubushinwa guha ibitoro Korea ya Ruguru

Prezida Donald Trump wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika (US) yavuze ko "avunywe inkokora" n'Ubushinwa inyuma y'amakuru avuga ko bwahaye ibitoro igihugu ca Korea ya Ruguru.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2C9boWs
via IFTTT

No comments:

Post a Comment